“Ingoma ya Yesu Kristo yamaze gushingwa mu Burundi kandi ni ntabanduka” Uhoraho Imana.

INGOMA YA KRISTO YESU YAMAZE GUSHINGWA MU GIHUGU C’UBURUNDI KANDI NI NTABANDUKA” Uhoraho Imana, Nyamutobo, Ruyigi. Ubu ni ubutumwa buhambaye ku bakozi b’Imana bari mu mashengero atandukanye ari mu gihugu c’Uburundi. Umuntu wese yoba uwusenga canke uwudasenga buramuraba kugira ngo atahure yuko amazi atakiri yayandi.Hari hategekanijwe amasengesho y’abarongozi, aho abafise amabanga mw’Ishengero, bamaze iyo iminsi […]