Nturwe mu mugararizo uwita ngo ni ihamwa ni ikinyoma ca satani.
HARIHO UGUHAMWA HAKABAHO NO GUHANIRWA UMUGARARIZO. Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo ni ashimwe bgoko bg’Imana. Twaraburiwe kenshi n’ijambo ry’Imana kuko twatumwe gukorera Uhoraho Imana mw’isi y’amabingira y’inkazi, duhanurwa kugendana ubgitonzi n’inuma no kugendana ubgenge nk’inzoka. Ayo majambo arahambaye kuko atahurwa na beneyo. [ Matayo 10:16]N’uyu munsi Mpwemu Yera akomeza kutuburira ngo twihane ivyaha vyose, dukorane […]