Kumenya Yesu Kristo biguha ububasha n’ubushobozi budasanzwe
ABIZERA YESU KRISTO MUHAGARARE MUSHIZE AMANGA KUKO UMWAMI WACU YESU KRISTO YAHAWE IMPFUNGUZO Z’IKUZIMU KW’ISI NO MW’IJURU. Hari abantu batiyizi ico bari abandi nabo ntibazi ububasha bahawe. Abo bose bajuragizwa n’impwemu zighagarara ku vyiyumviro vy’abantu canke ibintu biboneka.Si uko umuntu yambaye inzahabu mw’izosi canke ku maboko aca akuruta canke s’uko umuntu aza avuga inyigisho akuye […]