Umwami Yesu Kristo akomeza kugobotora abiwe mu vyara vya satani.

UMUNEZERO N’IMPUNDU MW’ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY’IMANA. Mugihe inyigisho z’ibinyoma zabaye ndanse mu gihugu cacu, zikaba zikwiragizwa ku mbuga ngurukana majambo n’uturwi twahumye kubera kubera amarangamutima abanyegeza ukuri; Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo we akomeza kwikwegerako abiwe mu kubakiza ingoyi za satani.Abantu benshi barumva ubutumwa bg’ukuri, bakizera, bakihana , bakabatizwa, bakezwa kandi bakukuzwa […]