Imburi: umuntu wese yihane , yezwe kugira ngo abone ubgiza bg’Imana.

IMBURI KU MUNTU WESE YUMVISE IJAMBO RY IMANA N UWAHAWE ISEZERANOHari vyinshi Uhoraho Imana yaduhishuriye natwe tukabishikiriza benevyo. Ibindi twabiangaje ku mbuga n’imigora y’Ihanga Ryera ry’Imana. Mu gihugu Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga Ryera ry’Imana ryarashinze ibicaniro n’amashengero ririgisha riraburira abantu benshi barihana, barabatizwa, barasangizwa, barigishwa barezwa kandi bararamiriza. Ivyo vyarabaye no mu bindi bihugu […]