Semerera uhamagarire abantu kwizera, kwihana n’ukwezwa bifatanije no gukenguruka kuko ibindi n’umuruho gusa.

UMWAMI N’UMUKIZA WACU YESU KRISTO ABAHEZAGIRE MWESE. Iyo umuntu abayeho atagira ivyizigiro vy’ejo nta kintu na kimwe ki mububa. Arashobora kuba afise amafaranga menshi ariko ntamubumba ahubgo aguma yiruka kurondera ayandi , ntaryame ngo asinzire kuko aguma arajwe ishinga n’umutekano wiwe n’uwivyo yarundarunze. Uwufafise Kristo Yesu umusangana amagorwa n’amaganya menshi kandi ataco yarabuze:Arashobora kuba afise […]