Twafashwe mpiri muri KRISTO ngo dukwize ubumote bgo kumumenyekanisha hose.
Uhoraho Imana yacu n’ashimwe ibihe vyose kuko yadutoranirije gukwiza ishimwe ryiwe. Twafashwe mpiri muri Kristo kugira ngo twamamaze ubutamirane bgo kumumenya no ku kumwamamaza kw’isi yose. Iryo banga rimenywa na beneryo gusa. [ 2Abikorinto 2:14]Sawuli mu kigiriki ariwe Pawulo mugiheburayo yarafise ishaka rihambaye ryo rwamamaza, gukingira no kwubahiriza ivyagezwe 10 vy’Uhoraho Imana. Ariko aho amenyeye […]