Umumubatizo w’Ihanga Ryera ry’Imana: Dushimire Uhoraho Imana yacu ko abizera biyongera ku mumsi ku munsi.

UMUBATIZO W’IHANGA RYERA RY’IMANA MU NTARA ZA GITEGA NA MWARO. Ikintu ntarengwa kizokwereka yuko ukorera Uhoraho Imana s’uko uzi kwigisha no kuvuga amajambo menshi kandi meza y’ivy’Imana, s’uko kandi uvugishwa ibinyegejwe canke ivyo wavugishijwe bigasohozwa.Ibanga ry’Ibango ryo gukorera Uhoraho Imana n’uko umutima wawe wuzuye urukundo ukunda Imana n’abantu ukora ibikorwa bishikana benshi ku kwizera, bakihana […]