Impwemu yose itatura yuko Yesu Kristo muyisuzume (1 Yohana 4:3-4)

UKWUBAHA UHORAHO IMANA BIRATANDUKANYE NO GUTERA INKURU Z’IVYA BIBILIYA. Hariho abantu aho kwama bariko bararondera ingene bogororokera Imana, bagakira kandi bagakiza abandi; bakimbukira amajambo y’imisamaza n’inkuru za kahise k’abantu.Isi dutuyeko igeze mu bihe bibi cane. Abizeye ubutumwa bgiza bubohora ababoshwe n’ingoyi za satani, bugakiza abaremvye; bahisemwo kurya umunwa, kwiyoribeka no guhora bakinyegeza mugihe intumwa za […]