Umubatizo w’Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga Ryera ry’Imana i Nduta muri Tanzaniya

UMUBATIZO W ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY’IMANA MURI TANZANIYA Umukunzi w’Imana w’ukuri ntarangwa n’amajambo menshi ahubgo arangwa n’ibikorwa vyo kugororoa. Ivyo bikorwa navyo si ibindi ni ukugenda nkuko Uhoraho Imana yatugeze kugenda no kwitwara mu vyiyumviro , mu mvugo no mubikorwa.Ivyo navyo bishikana abandi ku kwizera, kwikana, kubatizwa no kwuzuzwa Mpwemu Yera maze […]