Anti-Kristo ati: Aba-KRISTO bubakiye ku binyoma gusa! Nawe yubakiye kuki? Ku rutare!

AHO BAFATA BAKABAMBA YESU KRISTO BAKICA N’INTUMWA ZIWE BARI BAZI YUKO BIHEREYE NGAHO: KUBESHUZA IBINYOMA NGO ABA-KRISTO NIBO BA MBERE KW’ISI BABESHA“Abakirisu nibo bambere kw’isi babesha!” Iki ni ikinyoma cambaye ubusa kuko uwanditse ivyo ntavuga ngo atomore abandi yoba yagereranije nabo nk’aba- isilamu, aba-Buda, aba-Shembe canke ayandi madini. Ushima uyu avuga ibi yihenze cane, avuze […]