Umubatizo mu gisagara ca Bujumbura kuri uwu wa 19/07/2021

Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo yamamare! Hari ivyo satani yumva kandi akabonesha amaso maze agashangashirwa, akajugumira mbere bikamutera kudedemba. Ivyo navyo ni iyo ubutumwa bgiza bubohora ababoshwe buvyzwe, umunyavyaha akizera, akihana, akabatizwa maze akuzura Mpwemu Yera. Satani aca amenya yuko ibisaka vyiwe bihiye agatabaza abiwe bose kugira ngo bazimye uwo muriro. Ico adatahura n’uko igihinda […]