Ingene Ihanga Ryera ry’Imana twama turiko turigina Uhoraho Imana ku bicaniro
AMASHIMWE K’UHORAHO IMANA YACU NI IGIKORWA TWAMIZAKO MW’IZINA RYA KRISTO YESU. Abantu benshi baribaza ingene dukora iyo duteranye. Iminsi yose turaja ku mirimo itubeshaho kandi ikabeshaho n’imiryango yacu tukongera tukagira amakoraniro yo gusenga dushima Imana. Mu ntara zose zigize igihugu cacu c’Uburundi ndetse no mu bihe ndi bihugu vyo hafi n’ivyakure, Ishengero rya Yesu Kristo […]