Ntiwovuga yuko wubaha Imana ivyagezwe vyayo ntuvyubahe kuko kwubaha Imana ni mu kubaho kw’uuntu.
WOVUGA GUTE YUKO WUBAHA IMANA KANDI UTUBAHA IVYAGEZWE VYAYO? UKWO NI UKWIHENDA. Ku bicaniro vy’Ihanga Ryera ry’Imana, ibiri mu gihugu cacu c’Uburundi n’ibiri mu makungu hiyo mu mahanga iyo Abarundi basabagiriye, twahawe urutonde rwo gushimira Uhoraho Imana no kuyigira kubera ubuntu, urukundo rwayo rutangaje.Ni ngaho kuri ivyo bicaniro twigira kwubaha Uhoraho Imana muri vyose. Kugendera […]