Amabanga y’ikuzimu aguma ashirwa ahagaragara kuko satani yaraneshejwe
AMABANGA AVUYE KU MUSOZI W’AMASENGESHO KURI UWU WA 14-07-2021Hanga Ryera ry’Imana namwe mwese mwakiriye Yesu kristo kuba Umwami n’Umukiza w’ubugingo bganyu. Ubu butumwa ni ubganyu vy’umwihariko. Bantu mwese, uko muri kwose n’aho muri hose mwumva Uhoraho Imana avuze mukagira muti amen, mwakire ubutumwa bg’ibanga bgururutse buva mw’ijuru. Ijambo AMEN ni ururimi rwo mw’ijuru twosigura mu […]