CERTIFICAT: Inyishu z’ikizamini kigira icumi gisozera igice ca mbere c’utubazo 50 Mpwemu Yera yatanze.
INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA ICUMI Turarangije urukurikirane rw’utubazo mirongo itanu twari tugizwe no guhitamwo inyishu imwe gusa y’ukuri mu nyishu zine ziba zatanzwe ku kabazo kose. Kubera ubginshi bg’amadini, amashengero n’imigwi y’abavugabutumwa batanga inyigisho zitandukanye kandi zivuguruzanya ; Ivyo vyatumye intama z’Imana zijuragizwa, izindi zigakubagurwa. Mpwemu Yera yatanze utu tubazo kugira ngo umuntu wese yisuzume yongere […]