Ikizamini kigira icumi mtange inyishu zitanu

IHANGA RYERA RY’IMANAIKIZAMINI KIGIRA ICUMI UHORAHO IMANA NI IMANA ARUMVA, ARAVUGA KANDI ARAKORA.a) Abizera barayaga nawe akabakorera ivyo asezeranab) Yarakoze mu kurema ijuru n’isi n’ibirimwo ubu iri mw’isabatoc) Yaravuga mu bihe vya kera vy’abaherezi n’abavugishwa ubu vyaraheze. d) Ntiboneka kandi yibera mw’ijuru ntaho ihurira n’abantu. AMASEZERANO KU GIHUGU C’UBURUNDI AGIYE GUSHIKA VUBA:a) Kuko twabibariwe kandi […]