Inyishu z’ikizaini kigira indwi

INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA INDWIUhoraho Imana yacu ni Imana, iragomba yuko tumenya ukuri kwuzuye kugira ngo tureke kugendera mu mwiza w’umuzitanya wasutswe mw’ishengero ry’Imana n’inyigisho z’ibinyoma ziva mu madini yagiye arasukiranya ijambo ry’ukuri n’ivyiyumviro vy’igipagani. Harageze yuko abana b’Imana bamenya ukuri kwose. Ni muri iyo ntumbero Mpwemu Yera akomeza kuduha utunbazo two kwishura kugira ngo duhagarare […]