Amazina y’iminsi igize indwi canke iyinga: urya umunsi wose ufise izina ryawo.

AMAZINA Y’IMINSI IGIZE INDWIMu ndimi zose ziri kw’isi umunsi wose ufise izina wintwa, ntiwitirirwa igiharuro. Ngo kuwa mbere, kuwa kabiri. Burya izina ni kirumara. Iyumvire nawe umuntu yobaho adafise izina. Nta karangamuntu yogira, ntahantu na hamwe yoja kuko ntaco yoba ari. Abavyeyi ba kera iyo barengerwa, bumiwe bakabura n’izina bakwita bapfuma bakwita “NTAZINA”.Mu Kirundi, umwaka […]