
IMBURI N’UBUHANUZI KU BARUNDI BOSE AHO BARI
Bantu mwese mwiteguriye amasengesho y’iminsi itatu yo kwisonzesha. Namwe mwese mwinjira mu mashengero atandukanye. Tubafitiye iburi n’ubuhanuzi bihambaye. Umwami Yesu Kristo yagize ati ni mubabarirane, mureke kugiriranira ishari, mwiyambure amacakubiri , ibgibone n’icaha cose kuko mwahawe igihe co kwihana.
Umwanya urihuta cane imbere yuko bgira. Uri n’amatwi ni yumve ico Uhoraho Imana atumye umuntu wese kwihana imbere yuko yinjira mu masengesho.
UMWAMI YESU YAMAMARE!