Inyishu z’utubazo twabajijwe mu kizamini kigira kane.
IBIBAZO VY’ IKIZAMINI KIGIRA IVHanga ryera ry’imana,muri rwarukurikirane rw’utubazo turiko turabazwa na mpwemu w’imana kugira dusuzume ko harico twashoboye gutahura bivanye nuko twagiye twigishwa na mpwemu yera kubw’amashure umwumwe wese yagiye acishwamwo na cane cane mukuvavanura n’inyigisho zitandukanye zitangwa mumadini amwamwe n’ibindi bisata zidafatiye kuri bibiliya ukuri kwuzuye kw’ijambo ry’imana.mpwemu w’uhoraho ariko aratanga utu tubazo […]