Ikibazo kigira Kane kigizwe n’utubazo 5/ utora inyishu imwe ku kabazo kose.

ISHENGERO YESU KRISTO AZOGARUKA GUTORA NI:a) Amadini n’amashengero yiyita ay’aba-Kristo.b) Nta shengero Yesu Kristo azoza gutora.c) Abantu bose basanzwe baririmba, bagasenga kandi bakavuga ubutumwa.d) Amasinzi y’abantu bo mu moko, mu mpande z’isi zose bizeyeko bacunguwe n’amaraso y’umwagazi w’intama bakiyambura icaha cose bakezwa. UBUZIMA BGA MISI YOSE BG’UMUGOROROTSI NI :a) Ubgo umuntu yama ariko aravuga canke […]