Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye yakoranije abaserukira amadini n’amashengero abahanura kuba abizigirwa no kuba intumwa z’Imana bareke kwiruka n’ibiguruka vy’iy’isi.

ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYIMANA RIZOGUMANA RIBERA AKARORERO ABIZERA BOSE Inyuma yaho abungere b’Ishengero rya Yesu Kristo – IHANGA RY’IMANA rifatiye ingingo yo gusezerera burundu Freddy Sabushimike na bagenzi biwe 3, ishengero rigasaba imirwi y’abishushanya n’abakozi b’Imana guta hasi kuko Uhoraho Imana yihagurukiye kuroranya ivyo Ihanga ryiwe nkuko yabisezeranye; umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye […]