Inyishu z’ikizamini kigira gatatu.

INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA GATATU Nkuko twabivuze ku bibazo vyarangiye, Mpwemu w’Imana yaduhaye utu tubazo kugira ngo umwe wese apime ubumenyi afise mu gutahura ukuri kwa Bibiliya Yera n’ihishurirwa riva ku Mwami Mana. Kubera inyigisho umuntu wese yagiye aratoragura mu madini atandukanye, amashengero n’imigwi itandukanye yaciyemwo usanga hari vyinshi abantu bapfa gutwara uko kandi bimwe ari […]