Itangazo ry’Ishengero rya Yesu Kristo – IHANGA RY’IMANA ryo guca mw’ishengero abantu 4 guhera kuri Freddy SABUSHIMIKE
ITANGAZO RY’ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RY’IMANA RYO KUWA 26-04- 2021RYIRUKANA BURUNDU ABAHEMUKIYE IMANA, ISHENGERO N’ABARUNDI BOSE.Hanga Ryera ry’Imana, namwe Barundi mwese abari mu gihugu n’abari mu mahanga. Aho muzobona abo bantu muzomenye yuko baciwe mw’Ishengero rya Yesu Kristo- IHANGA RY’IMANA mu gihugu cacu c’Uburundi no mu mahanga kubera yuko bahemukiye Uhoraho Imana, bahemukira ishengero […]