Inyishu z’ikizamini ca II

INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA KABIRI Muri rwa rukurikirane rw’utubazo Mpwemu Yera yadutumye kwibaza no kwiyishura kugira ngo tumenye kuvangura inyigisho z’amadini n’amashengero n’imirwi y’abantu yigisha ivyiyumviro vyabo canke inyigisho za tewologiya; dushitse ku kibazo ca kabiri kigizwe n’utubazo 5 nyene. Iyo umuntu ananiwe n’akabazo, inyushu ije akwiriye guca afata umwanya wo gusenga, gusoma Bibiliya no kwuzanga […]