Impunzi z’Abarundi zishika 350 nizo zatahutse mu gihugu cabo zivuye muri Kongo mu nkambi ya Lusenda.
UBUVUGISHWA BUKOMEZA GUSHITWA MU MASO YACU Ijambo ry’Imana ryahishuwe ntirigenda ubusa. Mu mburi dufise ku gihugu harimwo yuko n’abahunze igihugu bazohunguka ku bushake bgabo kugira ngo baze kwibonera ubgabo ibikorwa bitangaje Uhoraho Imana akora mu gishitsa isezerano. Inyuma y’impunzi zatashe kandi zikomeza gutaha zivuye mu gihugu ca Tanzaniya n’Urwanda bakoresheje imiduga minini, hari n’izatashe n’indege […]