Inyishu z’ikibazo kigizwe n’utubazo 5: Suzuma ivyo wizeye.

INYISHU ZI KIZAMINI CA MBEREKubera inyigisho nyinshi kandi zitandukanye zitangwa n’amadini, amashengero n’imirwi n’abantu kugiti cabo; aba-Kristo benshi ntibazi ico bakwiriye kwizera n’ico bakwiriye kureka. Vyabaye ngombga yuko Mpwemu Yera atanga ikibazo kugira ngo umwe wese apime ugutahura ukuri kw’Ijambo ry’Imana yakiriye. Mpwemu Yera yongeyeko ati : “ Abafise ugutahura baramenya yuko hagera ibihe vy’ibibazo […]