Uragomba kumenya yuko ata nyigisho z’uruvange canke ivyiyumviro vy’abana b’abantu wizeye? Kora ico kibazo.
TORA INYISHU IMWE GUSA KU KIBAZO COSE 1. INZIRA YO KUGOROROKA NI:a) ukuja mu rusengero runaka.b) ugutanga ikigiracumi n’amashikanwa.c) Ukwizera, ukwihana, ukubatizwa, ukwuzuzwa Mpwemu Yera no gukorera Imana.d) ukwubaha ivyagezwe. INTWARO Y’IGIHUGU C’ISEZERANO NI:a) Intwaro rusangib) intwaro ya camic) intwaro ya Tewokarasid) intwaro yo gusiguza Imana ABAZOJA MW’IJURU NI :a) abasenga kw’isabato gusab) abacunguwe n’amaraso […]