Vyukusenge Estella: Narakerewe hakoreshejwe umupanga ukarishe cane Imana irantabara, irangwanira.
Hariho abantu bama bumva umuntu yama mu mashimwe, aririmba, avuga ubutumwa agakorera Imana bakibaza ngo ni ukwigirisha canke ngo ni imitwe. Ariko hariho abantu bahisemwo gukorera Imana no kuyisenga mu kuri no mu Mpwemu kuko bazi aho yabakuye nico yabakoreye.Estella Vyukusengenge ni umwe mu bakenyezi bagiye hiyo muri Asiya mu bihugu vy’abarabu kurondera ubuzima. Mugabo […]