Babgire muti: Ucambara ibigwanishwa aja kurwana ntaze yihane nk’uwuvyambura avuye kunesha.
UHORAHO IMANA ARIKO ARAREMESHA ABIZERA BOSE NA CANE CANE IHANGA RYERA RYIMANA RYOSE. Hirya no hino hose kw’isi hariho ibintu bibera munsi y’izuba bituma abantu benshi bihebura bagatakaza ukwizera.Mu gihugu cacu c’Uburundi, ivyo bihahamura abantu vyazananye umurimdi munini kuko vyiyongeyeko ubukene busongwa n’imico n’imigenzo yononekaye bigatuma benshi biganyira.Aba-Kristo nibo bari kubera akarorero abandi mugabo nabo […]