Abizera 40 babatijwe kuri uyu wa 27/02/2021.

UMUBATIZO MURI KOMINE RUGOMBO W’ABIZERA 40 KURI UYU WA 27/02/2021.

Uhoraho Imana yacu ni iyo kwizigirwa, yo yirobanuriye abakozi bayo b’ibanga bakora batizigama kugira ubgami bg’Imana Ihoraho bugume bgaguka ku munsi ku munsi.
Uyu mubatizo w’abizera 40 kuri uyu wa 27/02/2021 ni intsinzi ihangambaye kw’Ihanga Imana yatoranije. Tubanezerererwe, tubagume hafi kandi tubereke akarorero ko kugororokera Uhoraho Imana muri vyose.
Umwami Yesu Kristo yamamare mu Burundi hose!