Ubuhanuzi bgururutse buva mw’ijuru kuri uyu wa 28-01-2021: Hanga Ryanje ndaje gushitsa ivyo nabasezeraniye.

        UBUHANUZI BGURURUTSE BUVUYE MW’IJURU KURI UYU WA 28-01-2021 Ijambo ry’Uhoraho Imana ryongera kwururuka rivuye mw’ijuru,ribgira umusavyi w’Imana riti: “Mwana w’umuntu, nije nagutoranije kandi nije nitoranirije ihanga ryanje mu yandi mahanga kugira ngo rize rimpeshe icubahiro. Nshikirira ihanga ry’Abarundi na cane cane abo nirobanuriye, ubashikirize ibi bikurikira. Uti uku niko Uhoraho Nyeningabo agize: 1. Ca […]