Inganji ya Yesu Kristo mu gihugu no mw’ishengero iraje.
INGANJI YA YESU KRISTO IREGEREJE KU GIHUGU NO MW’ISHENGERO. Kuvuga ubuhanuzi n’amasezerano ku gihugu no mw’ishengero sibgo butumwa bgiza. Kwamamaza imburi vyofasha yuko abantu batinya bakihana canke banezerwa bakihana mugabo Imana ikeneye abacitse ivyaremwe bishasha kubgo ukwizera Yesu Kristo.Hariho abantu iyo tuvuze isezerano bumva ari ibintu biryoshe cane mugabo yuko ari indoto gusa. Mbere hariho […]