Abarundi twese dukwiriye gushira mu ngiro ivyo Uhoraho Imana adusaba tukareka ubuzimire bg’Amadini.

              UMUHAMAGARO KU BARUNDI BOSE WO GUSHITSA UKUGOROROKA    Ishengero rya Yesu Kristo ni Ihanga Ryera, Uhoraho Imana yirobanuriye mw’Ihanga ry’Abarundi kugira ngo: Rizigame kandi ryamamaze ukuri kw’Ijambo ry’Imana ryanditse muri Bibiliya Yera ngaha mu Burundi no mu mahanga gushika kure ata mwambiro w’amadini n’ingigisho ziva mu ma teologie, ama doctrine n’amadogme urimwo. Ritegure umugeni […]