Intahe y’umubiligi yandikiranira na Melchior Ndadaye mu buto bwiwe.

Mu gihe twibuka imyaka 27 irangiye Prezida Melchior Ndadaye agandaguwe, nshimye gusubira kubasangiza intahe y’uwamumenye mu buto bwiwe. Umubiligi Michel Elias amenyesha ko yamenye Melchior Ndadaye mu myaka ya za 70 bahuriye mu Rwanda iyo yari yarahungiye. Mu bamuvyina canke mu bamuvuma, eka n’abatanguye kumwiyitirira ubu vuba kugira bamugire ikirwanisho ca politike, ni benshi baza […]