Amakuru avugwa cane mu gihugu cacu c’uburundi.

Petero Buyoya, Ndayidaba Celestin, Nahigombeye Anicet, Niyonkuru Laurent, Gunungu Gabriel , Simbanduku Pascal, Nzosaba Juvenal, Sinarinzi Mamert, Nurunziza Alfred, Daradangwa Jean Bosco, Cishahayo Gerard, Kadege Marie Alphonse, Rukingama Luc, Bararunyeretse Libere, Mukasi Charles na Girukwigomba Astere bagiriwe n’icaha co kwica umukuru w’igihugu n’amasinzi y’Abarundi baca barigwa umunyororo wo guherayo. Yavize ati: “ UBUTUMWA BWO GUKEZA […]