Abavugishwa BARAKAMFITIYE Jean Bosco na MUREBWAYIRE Marie Esther boba bari muvya politike baravuye muvyo Imana canke!
IVYIYUMVIRO VY’ABAKURIKIRANA UBUHANUZI BGA BARAKAMFITIYE JEAN BOSCO Kubera abatsitajwe n’ivyo BARAKANFITIYE Jean Bosco yavugiye ku rubuga rwiwe, abantu benshi bagize amakenga bashishikirije kuko bamwe bibaza yuko yamaze kuvangirwa abandi nabo bakavuga y’uko uwo yoba yafashwe n’agashavu kubona atazi y’uko hariho Ihanga Ryera ry’Imana rikora ku mugaragaro kandi ryamaze guhabga urutonde n’ijuru rikaba rikora ijoro n’umurango […]