Inkuru ivugwa cane ni iyimikwa rya Général Major Evariste Ndayishimiye yabaye umukuru w’igihugu c’Uburunsi agira 8.
Kuri uyu wa 18/06/2020 mu ntara ya Gitega kuri stade “Ingoma” niho habereye ibirori vyo kurahiza Général Major Evariste Ndayishimiye ngo abe umukuru w’igihugu c’Uburundi. Ivyo birori bikaba vyabaye mu gihe ikiziga ca Petero Nkurunziza yahora arongoye igihugu mu myaka 15 iheze kikiri mu buruhukiro kuko bataragira umuhango wo ku mufubana iteka. Abantu batandukanye ntibabona […]