Mu Burundi haciye vyinshi kandi n’ubu bikiriko

Abarundi barakwiriye kuruhuka ubgicanyi,akarenganyo n’amarementanya. Mwokwibuka yuko wa mugwi washinzwe gutohoza ukuri wavuze yuko wamaze gutohoza ibinogo rusangi mu gihugu cu Burundi: Bubanza :240Bujumbura :250Bururi :88Cankuzo :41Cibitoke :345Gitega :640Karusi :91Kayanza :322Kirundo :200Mairie :74Makamba :207Muramvya :315Muyinga :184Mwaro :181Ngozi :337Rumonge :396Rutana :119Ruyigi :133 Abantu bose barakwiriye guhaguruka bagahindura imico n’imigenzo, ivyiyumviro n’imvugo kandi intwari z’aba-Kristo zigaseruka kugira […]