Mu Burundi Hariho ibisamaza vyinshi vyitwa amasengesho no kwizera
Hanga ry’Imana Isumba Vyose. Ni vyiza yuko dusenga kandi tugira ukwizera. Ni vyiza kandi yuko dusengera Imana ku misozi miremire no mu myonga n’amasumo yose akabimenya. Mugabo muri vyose tukamenya ubugombe bg’Imana Ihoraho n’ingene igomba yuko tuyisenga. Mwarabonye uwagendesheje amavi mwibarabara akaja kw’isiga ibishanga binuka. Abandi bagatora imishatsi yabo ya vungukiye muri Bibiliya bakayirya ngo […]