Imburi n’ubuhanuzi ku gihugu c’Uburundi
Twari kumusozi turi gusenga niho Mpwemu w’Uhoraho yururuka aciye mumusavyikazi numusavyi bayo atangura kutubwira ibi bikurikira:1.Nd’Uwiteka atarobanura abantu kubutoni2.Harahiriwe abatagira umunwa nka samusure.3.Uhoraho yabihishije abanyabwenge ibihishurira inzoya kandiko agasuzuro nagakengerwe tuvyirukane kugira impamba yurugendo tuvyakire4. Umuntu wese atekere iyiwe mpamba bareke kurabana mumaso5.Umusirikare wo mumubiri natore iyiwe nkoho ayirambike hasi atore iyo mumpwemu6.Yatubariye ko ifomba […]