Ubusuma butandukanye bgimonogoje mu gihugu c’Uburundi
Ejo wumva ngo bamenye inzu biba urukombamazi ibiri munzu vyose, hanyuma ukumva ngo imirima, imiduga, amasakoshi n’ibindi vyibge. Uyu munsi naho bahaye abantu lift n’imiduga ngo babanyaga urukombamazi, ubu naho ngo biganye igikumu c’umukuru w’igihugu, hanyuma naho ngo biganye ijwi ry’umushikiranganji w’umutekano, umukuru w’igisagara n’abandi bibga ama miliyaridi y’amafaranga n’abahagarariye ubutungane. Ibiriko biraba ubu bitara […]