Mwirinde abigira abakozi b’Imana kandi ari amabingira

« Iruhande ya Bibiliya, bari bafise inkoho niyo banyibishije » 👤 « Nitwa G.N, mvuka muri Province Gitega muri komine ya Bugendana. Mperuka kwibwa n’abantu biyise ngo n’abakozi b’Imana. Haraheze nk’imishamvu ibiri ivyo bimbayeko. Muri ino misi hari ubukene bw’igitoro, nari nduze iwacu ku gatumba kubera imvo z’akazi nshika kw’isoko kuri Cotebu ahari igituro c’imiduga iduga. Hari nk’isaha […]