Inkuru z’intambara mu karere k’ibiyaga binini

Intambara zo mu karere k’ibiyaga bini abazitera barazwi n’ico zigamije kirazwi ariko hari abigira ba sinabibazwa. Dusengere akarere kacu kandi dusengere n’abakabamwo bose. Nkuko mwari mwabimenyeshejwe, kuwa gatandatu haraciye imisi 2, M23 yateye ibirindiro vya EAC/FDN i Kilorirwe ahitwa ku Nturo muri Nord-Kivu. M23 yarakubiswe vy’akarorero hama isaba ubufasha/msada RDF yaciye ibarungikira special forces. Asha […]