Isi y’Uburundi n’ubutare bg’igihugu ntibikingiwe bikwiriye

Mu ntara ya kayanza haravurwa abanyarwanda bavogera ubutaka bw’u Burundi bazanywe no gucukura ubutare ku ruhande rw’uburundi ku mupaka uhana urubibe n’igihugu c’urwanda muri komine #kabarore. Ni muriyo ntumbero nyene buramatari w’intara ya kayanza Rémy Cishahayo ku musi wa gatatu Igenekerezo rya 17 rusama 2023, yagendeye aho habereye ico gikorwa muri komine kabarore muntara arongoye […]