Ubutare bg’Uburundi nti bgimbga neza ngo bucungerwe kandi bushirwe neza.
Kayanza : Abakora forode y’ ubutare bahinduye umukenyuro Abo bakora magendo y’ubutare muri komine Kabarore muri Province Kayanza ngo bariko barahindura imikenyuro. Mu gihe ngo bahora babuvana aho i Kabarore babujabukana mu Rwanda, ubu ngo babanza guca mu gisagara ca Kayanza kugira binyuranganye mu zindi ntara, gutyo bashobore kubujabukana badaciye i Kabarore. Ivyo vyashikirijwe kuri […]