Umukenyezi yitwa Leonie Nizigiyimana yoba yarabesheye Umukuru w’igisagara ca Bujumbura Jimmy HATUNGIMANA n’Umushikirizamanza kizigenza wa Repubulika Sylvestre Bagorikunda
Abo bategetsi babiri banditse amakete babeshuza amajwi amaze iminsi akwiragiza ku mihora avuga yuko bari mubamusahuye amafanga yo kugura inzu. Ni vyizako babeshuze ivyo babavuhako mu nyandiko mugabo ni bafate abo bagizi ba nabi. Abantu batandukanye bagize bati: Ni vyiza yuko muriko muragabira kur’ico kibazo. Abantu bogera aho bibga 150 millioni n’abantu b’abarengarenge! Muri mwebge […]