Umugambge CNDD FDD wakomeje kugira ibibazo vyinshi.

Kubera bahinduye igikubikubi abaserukira umugambge mu ntara no muma communes, benshi baciye bibuka amakuba uwo mugambge waciyemwo. Hari uwibukije abandi ati: “Abagumyabanga bamaze kwicwa, gupfungwa, guhunga no kwirukanwa mumugambwe kubera indyane zidahera zama mumugambwe CNDD-FDD ni benshi cane.Reka ndabahe amazina amwe mwumve aka kamaramaza !HUSSEIN Radjabu yakuwe yongera agapfungwa 2007 yagirizwa guhungabanya umutekano w’umukuru w’igihugu, […]