Intumwa Mbayahaga Isidore afatwa nk’igikoresho co guteranya Abarundi.

Hariho abantu banezerwa bumvirije umutumwa Isidore Mbayahaga avuga n’abandi babibonamwo ugusamaza no guteranya Abarundi na cane canke abari ku butegetsi kugira ngo bamarane. Hari uwagize ati ni IKIRIRAHABIRI. 1. Haraheze imisi hariho intagondwa, zigwanya Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu…ivyo barementanya bamwagiriza murabizi muravyumva. Womengo SE arakengeretse kuburyo atofata ingingo nimwe, zose zifatwa n’umugore wiwe. 2. Haraheze imisi […]